Featured

Ng’iyi impamvu Big Fizzo yahisemwo Kingorongoro mubandi Baraperi| Stein



Published
Mukiganiro umuraperi w’Umurundi #Kingorongoro yasinguye neza ko Kuririmba #Stein wa Bantu Bwoy ataco bitwaye Kuko ivyizwa ngo n’ivyoratwaa
Yongeye kandi asigura ico yungutse kuja muri Management ya Mugisha Amir Wa M.A Production

Urazi impamvu #Big_Fizzo yakoranye indirimbo igira kabiri na Magic Soldier?

Menya vyose uciye muri iki kiyago

Dear Ex by Kingorongoro ft ni Davy
https://youtu.be/waTP1y2r5KA
Category
Management
Be the first to comment